"Yarankunze"
— iliyoimbwa na Redemption Voice
"Yarankunze" ni wimbo ulioimbwa kwenye wa burundi iliyotolewa mnamo 20 mei 2023 kwenye chaneli rasmi ya lebo ya rekodi - "Redemption Voice". Gundua maelezo ya kipekee kuhusu "Yarankunze". Tafuta wimbo wa maneno wa Yarankunze, tafsiri, na ukweli wa wimbo. Mapato na Net Worth hukusanywa kwa ufadhili na vyanzo vingine kulingana na kipande cha habari kinachopatikana kwenye mtandao. Wimbo wa "Yarankunze" ulionekana mara ngapi katika chati za muziki zilizokusanywa? "Yarankunze" ni video ya muziki inayojulikana sana ambayo ilichukua nafasi katika chati maarufu, kama vile Nyimbo 100 Burundi Bora, Nyimbo 40 wa burundi Bora, na zaidi.
|
Download New Songs
Listen & stream |
|

"Yarankunze" Ukweli
"Yarankunze" imefikia jumla ya mara ambazo zimetazamwa 265.8K na kupendwa 4.8K kwenye YouTube.
Wimbo umewasilishwa mnamo 20/05/2023 na ukatumia wiki 104 kwenye chati.
Jina asili la video ya muziki ni "YARANKUNZE - REDEMPTION VOICE CANADA".
"Yarankunze" imechapishwa kwenye Youtube saa 20/05/2023 11:00:07.
"Yarankunze" Nyimbo, Watunzi, Lebo ya Rekodi
;ko mutamenya
Ivyabayeho ca gihe
Aho umurango uhinduka ijoro
Kubwibicumuro vyacu
Nukuri nitwe yazize
Nivyacu bigabitanyo
Igihano kiduhesha amahoro
Cabaye kuri we
Refrain:
Kumukundisha umutima wanje
Ivyo nivyo ahora anyigisha
Guhora ndi mubwiza bwiwe
Ivyo nivyo ahora anyigisha
;ko wibagira:
Ntaco wari gukora
Ntako wari kwikiza oyaa urubanza rw'Imana
Niwe yaguhisemwoo
Niwe gakiza kawee
Niwe azigama umutima wawe
Ngo ntihagire ikiwunaniza
;narapfuye
Maze angira muzima
Naruwo gucirwa urubanza
Aca angira uwidegemvya
None ubu, je ndashima
Je ndashima, je ndashima (x2)
Refrain
Narahariwe narahariwe
Ivyaha vyanje vyose
Vyanje vyose
Narakijijwe narakijijwe
Kubwimbabazi zawe
Nyinshi cane
Kubwo urukundo rwawe rwinshi cane
;w’Imana
Akura icaha c’abari mwisi
Yarandavye yumva arankunze
Aca araza kumpfira
None ubu, je ndashima
Je ndashima, je ndashima (x2)
Narahariwe narahariwe
Ivyaha vyanje vyose
Vyanje vyose
Narakijijwe narakijijwe
Kubwimbabazi zawe
Nyinshi cane
Kubwo urukundo rwawe rwinshi cane
Audio producer: Marc Kibamba
Video Director: TheMind
Video Editor: Landry SB